
Guhohotera abana babakobwa ntibikorwa misi yose nabantu bahita canke bahuriye ahandi, birashika kandi kenshi, bigakorwa naba batunze ari ba sebuja, ba sewabo...nabandi.
Ivyo bitera ingorane zirenze kuko uwo mwana w'umukobwa ntiyubahuka kubivuga. Iyo abivuze naho, nigake bamwemera bigaca bimugwako, akangazwa kugira ishusho ry' umuryango yarabayemwo ntiritosekare.
Murikino kiyago, umwigeme Zaïnabu Hussein arabisigura neza.