
Yambu neza bakunzi bo kw'isôko,
Uyu musi naganiriye n'umutumire wacu k'uburyo twoba hafi uwabuze uwiwe muri ako kanya ka hafi.
Imico yacu nk'abarundi iratunze cane kandi ni myiza, ariko mbega burya vyose tubikora neza?
Twagerageje kubica irya nino namwe muratubwira ico mwibaza.
Mugire amahoro!