Home
Categories
EXPLORE
True Crime
Comedy
Sports
Society & Culture
Business
News
History
About Us
Contact Us
Copyright
© 2024 PodJoint
00:00 / 00:00
Sign in

or

Don't have an account?
Sign up
Forgot password
https://is1-ssl.mzstatic.com/image/thumb/Podcasts211/v4/5f/53/7a/5f537aad-5791-8582-14c5-0720eab4f7fb/mza_9638465629322270397.jpg/600x600bb.jpg
isôko
Sheï
6 episodes
1 hour ago
Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe. Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi. Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute? ni bimwe mubibazo tuzogerageza kurabira hamwe mu kiganiro isôko. Kaze wongere utumire abandi.
Show more...
Mental Health
Health & Fitness
RSS
All content for isôko is the property of Sheï and is served directly from their servers with no modification, redirects, or rehosting. The podcast is not affiliated with or endorsed by Podjoint in any way.
Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe. Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi. Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute? ni bimwe mubibazo tuzogerageza kurabira hamwe mu kiganiro isôko. Kaze wongere utumire abandi.
Show more...
Mental Health
Health & Fitness
Episodes (6/6)
isôko
EP-05 Twoherekeza gute uwabuze uwiwe?

Yambu neza bakunzi bo kw'isôko,

Uyu musi naganiriye n'umutumire wacu k'uburyo twoba hafi uwabuze uwiwe muri ako kanya ka hafi.

Imico yacu nk'abarundi iratunze cane kandi ni myiza, ariko mbega burya vyose tubikora neza?

Twagerageje kubica irya nino namwe muratubwira ico mwibaza.

Mugire amahoro!

Show more...
2 days ago
1 hour 3 minutes 29 seconds

isôko
EP-04 Mbega Isôko yavuye he?

Yambu neza bakunzi bacu,

Mu kiganiro cuno musi muza kumenya vyinshi kuwugirisha ikiganiro.

Niwe abazwa utubazo, twumve ico yiyumvira kuvyerekeye amagara yo mumutwe, aratuganirira gato ivyo yabayemwo, niyo iciyumviro ca Isôko cavuye.

Kaze, tuyage, dukurire kandi dukirire hamwe!

Show more...
1 month ago
39 minutes 10 seconds

isôko
EP - 03 Kumenyera ubuzima bwo mu mahanga nk'umunyeshure

Ndabaramukije cane bakunzi bo kw'isôko,

Mbe muri mwebwe hari abagiye kwiga mu mahanga? Mwabigenjeje gute ngo mumenyere?

Uyu musi umutumire wacu aratubwira uko wewe vyamugendeye.

Uko yari yateguye ubuzima bwiwe ashitse mu mahanga siko vyagenze.

Reka tumwumvirize, bitwigishe.

Mugire amahoro!

Show more...
3 months ago
59 minutes 55 seconds

isôko
EP - 02 Amajambo dukura twumva adufasha gute?

Tugire amahoro bakunzi bo kw'isôko,

Mu kiganiro c'uno musi tuza kuganira kuvyerekeye agaciro k'amajambo abavyeyi babwira umwana mukumurera.

Umutumire wacu atubwira uko abavyeyi biwe bamureze n'ingaruka nziza uno musi abona vyagize mu buzima bwiwe nk'umuntu akuze.

Bitwubake, bitwigishe.

Show more...
3 months ago
48 minutes 42 seconds

isôko
EP 01 - Kumenya ko ugwaye no kurondera kwivuza

Amahoro neza bakunzi mutwumviriza,

Muri kino kiganiro ca mbere co kw'isôko twashimye kuganira ivyerekeye amagara yo mu mutwe muri rusangi.

Twaronse umutumire atubwira uko yakuze nuko yagerageje kwivuza no gukira.

Twizera ko biza kugira ico bibafashije nico bibasigiye.

Ntimwitinye murashobora kutubwira uko mwavyumvise, muzoba mukoze cane.

Mugire amahoro y'Imana!

Show more...
3 months ago
51 minutes

isôko
EP 0 - Introduction

Amahoro neza bakunzi mutwumviriza,

Kaze kw'isôko, ikiganiro gishasha kivuga ibijanye n'amagara yo mu mutwe muri rusangi.

Tugiye kuza turaganira twongera tuganiriza abafise intahe zerekeye amagara yo mu mutwe (santé mentale).

Mudufashe gusangiza abandi kino kiganiro, muzoba mukoze!

Murakoze cane kutwumviriza.

Show more...
4 months ago
53 seconds